Mariko 14:70 - Bibiliya mu Kirundi coroshe70 Petero yongera kubihakana. Haheze akanya, abari bahagaze hafi ya Petero baramubwira bati: “Ni ivy’ukuri uri umwe muri bo, kuko uva i Galilaya.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)70 Na we yongera kubihakana. Maze hahise akanya, abahagazeho bongera kubgira Petero, bati N’ivy’ ukuri ur’ uwo muri bo, bitayeko ur’ Umunyagalilaya. Viz kapitola |