Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:68 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

68 Ariko Petero arabihakana ati: “Sinzi kandi sintahura ivyo uriko uravuga!” Nuko aca ava mu rugo aja kw’irembo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

68 Na we arabihakana, ati Sinzi ico uvuze, singitahuye. Maz’ arunguruza, ashika mu bikingi vy’irembo; inkoko irabika.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:68

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy