Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:67 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

67 Abonye Petero ariko arota, aramwihweza cane. Maze amubwira ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu Umunyanazareti.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

67 abonye Petero yota umuriro, aramwitegereza, aramubgira, ati Nawe nyene mwari kumwe na wa Munyanazareti Yesu.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:67

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy