Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:62 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

62 Yesu arishura ati: “Ndi we! Kandi muzobona Umwana w’Umuntu yicaye mu kibanza c’icubahiro i buryo bw’Imana y’ububasha, kandi aza ari ku bicu vyo kw’ijuru.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

62 Yesu aramwishura, ati Ndi we; kandi muzobona Umwana w’umuntu yicaye i buryo bg’Ububasha, azananye n’ibicu vyo kw ijuru.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:62

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy