Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:61 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

61 Ariko Yesu arihorera ntiyagira ico amwishura. Wa muherezi mukuru arongera aramubaza ati: “Uri Kristo, Umwana w’imwe ihezagiwe?”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

61 Arihorera, ntiyamwishura na rimwe. Umuherezi mukuru yongera kumubaza, ati Ni wewe Kristo, Umwana w’Īshimwa?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:61

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy