Mariko 14:58 - Bibiliya mu Kirundi coroshe58 “Twamwumvise avuga ati: ‘Nzosambura uru rusengero rwubatswe n’abantu, hanyuma mu misi itatu nubake urundi, rutubatswe n’abantu.’ ” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)58 bati Twebge twaramwumvise avuga, ati Nzosambura uru rusengero rwubatswe n’intoke nubake urundi mu misi itatu, rutubatswe n’intoke. Viz kapitola |