Mariko 14:49 - Bibiliya mu Kirundi coroshe49 Imisi yose namana namwe mu rusengero nigisha, ariko ntimwigeze mumfata. Ariko ibi bibaye kugira ngo Ivyanditswe bishike.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Ko nāmana namwe mu rusengero nigisha imisi yose, ntimumfate: arikw ibi bibaye kugira ngw ivyanditswe bishike. Viz kapitola |