Mariko 14:47 - Bibiliya mu Kirundi coroshe47 Umwe mu bari hafi ya Yesu asokora inkota yiwe ayikubita umukozi w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)47 Maz’ umwe mu bahagazeho asokora inkota, ayikubita umushumba w’umuherezi mukuru, amuca ugutwi. Viz kapitola |