Mariko 14:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Yuda, uwari yamugurishije yari yabahaye ikimenyetso, ababwira ati: “Uwo nja gusoma azoba ari we. Muce mumufata mumujane, kandi mumugumye cane!” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 Arik’ ūmugura yari yabahaye ikimenyetso, at’ Uwo nja gusoma azoba ari we, mumufate, mumujane mumugumije. Viz kapitola |