Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Agarutse aho bari ubugira gatatu, arababaza ati: “Mbega n’ubu muracasinziriye, muriruhukiye? Ehe, isaha irageze, Umwana w’Umuntu agira atangwe mu maboko y’abanyavyaha.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Agaruka ubugira gatatu, arababarira, ati Ni mwisinzirire noneho, muruhuke: biraheze. Igihe kirashitse; rāba Umwana w’umuntu ashizwe mu maboko y’abanyavyaha.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:41

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy