Mariko 14:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Aravuga ati: “Aba, Data, wewe vyose biragushobokera. Ndakwinginze unkure imbere iki gikombe c’imibabaro. Ariko ntibibe nk’uko jewe nshaka, yamara bibe uko wewe ushaka.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Ati Abba, Data, vyose biragushobokera: kūra iki gikombe kindēngāne: ariko ntibibe uko jewe ngomba, yamara bibe uko wewe ugomba. Viz kapitola |