Mariko 14:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe34 Arababwira ati: “Umutima wanje wuzuye agahinda gashobora kunyica. Nimube muragumye ngaha mubane maso nanje.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)34 Arababgira, at’ Umutima wanje uri n’akabonge kagomba kunyica; ba muragumye hano, mube maso. Viz kapitola |