Mariko 14:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Nuko baja ahantu hitwa Getsemane, maze Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Nimube muricaye ngaha nanje nje gusenga.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Maze bashika ahantu hitwa i Getsemane, abarira abigishwa biwe, ati Ba muricaye hano, mbanze nje gusenga. Viz kapitola |