Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Ariko Petero abisubiramwo ashimitse ati: “Sinshobora kukwihakana ngo sindakuzi naho vyonsaba gupfana na we.” N’abandi bigishwa bavuga amajambo nk’ayo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Arikw arīhanukīra cane, ati N’iyo noba nkwiye gupfana nawe, sinokwihakana. N’abandi na bo bavuga bartyo bose.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:31

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy