Online Bible

- Reklamy -




Mariko 14:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ico gihe Yesu yari i Betaniya mu nzu kwa Simoni, yahoze ari umunyamibembe. Ariko arafungura, haza umugore afise icupa ryiza ririmwo amavuta amota cane kandi y’igiciro kinini ahinguwe mu giti bita narada. Nuko yugurura rya cupa, asuka ya mavuta ku mutwe wa Yesu.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ar’i Betaniya mu nzu kwa Simoni umunyamibembe, yicaye arikw ararya, haza umugore afise ikebano ry’amavuta atāmirana, y’igiciro kinini cane, y’agati kitwa narada: amena iryo kebano, amavuta ayamusuka ku mutwe.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 14:3

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy