Mariko 14:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ndababwire ukuri, sinzosubira kunywa ku muvinyu w’imizabibu gushitsa kuri wa musi aho nzosubira kuwunywa ari mushasha mu Bwami bw’Imana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ndababgire ukuri: Sinzokwongera kunywa ku nzabibu, gushitsa kuri wa musi nzonywera umutobe wazo musha mu bgami bg’Imana. Viz kapitola |