Mariko 14:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Bariko barafungura, Yesu afata umukate, awushimira Imana, arawumanyura, awuha abigishwa biwe, avuga ati: “Nimwakire murye, uwu ni umubiri wanje.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Maze bariko bararya, yābīra umutsima; awuhezagiye arawumanyagura, arawubaha, ati Ni mwābīre, uyu n’umubiri wanje. Viz kapitola |