Mariko 14:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Barumvikana bati: “Ntidukwiye kumufata mu gihe c’imisi mikuru kuko abantu bohava bagumuka.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kuko bāvuga, bati Ntitumufate mu misi mikuru, abantu bogūmūka. Viz kapitola |