Online Bible

- Reklamy -




Mariko 13:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Mube maso! Bazobafata babajane imbere y’ubucamanza, kandi bazobakubitira mu masinagogi. Muzohagarara imbere y’abatware n’abami muzira kuba abigishwa banje, kugira ngo mushingire intahe imbere yabo.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ariko mwiyubare: kuko bazobashengerana mu manza, muzoshishagurirwa mu masinagogi, kandi muzohagarara imbere y’abaganza n’abami babampōra, mube ikimenyetso kibabere icabona.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 13:9

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy