Mariko 13:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 inyenyeri zizokoragurika ziva kw’ijuru, kandi n’ivy’inkomezi biri mu kirere bizonyiganyizwa.’ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 n’inyenyeri zizoba ziriko zirakoragurika ziva kw ijuru, n’ivy’ inkomezi vyo mu majuru bizonyiganyizwa. Viz kapitola |