Mariko 13:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 azoba ari imisi y’umubabaro n’agahinda bitigeze kubaho kuva Imana irema isi kugeza ubu, kandi bitazosubira kubaho. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Kukw iyo misi izoba iy’ amarushwa atigeze kubaho, kuva kw itanguriro ry’ibiremwa Imana yaremye ugashitsa n’ubu, kand’ atazokwongera kubaho. Viz kapitola |