Mariko 13:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Mbega ukuntu iyo minsi izoba ari iy’umubabaro utagira ingene wovugwa ku bagore bibungenze n’abazoba bonsa! Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Ariko mur’ iyo misi abazoba batwaye inda n’abonsa bazobona ibara: Viz kapitola |