Mariko 13:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Abantu bose bazobanka babahora izina ryanje. Ariko uwuzokwihangana gushitsa kw’iherezo azokira. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Muzoba mwanswe na bose, babahōra izina ryanje: arik’ uwihangana, agashitsa iherezo, ni we azokira. Viz kapitola |