Mariko 13:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Umuntu azotanga uwo bavukana ngo bamwice, n’umuvyeyi agirire umwana wiwe uko. Abana bazogarariza abavyeyi babo banabicishe. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Umuntu azoshengerana uwo bavukana ngo bamwice, na se w’umwana azomushengerana, n’abana bazogābagābira abavyeyi babicishe. Viz kapitola |