Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Umuhungu wiwe akunda cane ni we yari asigaranye yashobora gutuma. Nuko amurungika ubwa nyuma yibwira ati: ‘Umuhungu wanje we bazomusonera.’

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Yar’ agisigaranye umwe, umwana wiwe akunda: hanyuma amubatumako, ati Bazosonera umwana wanje.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:6

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy