Mariko 12:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Bose batanze ku musesekara w’ubutunzi bwabo; ariko we, mu bukene bwiwe, atanze ivyomubeshejeho vyose.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 kuko bose bashikanye ku bibasāgutse, ariko we ku bgoro bgiwe ashikanye ivyo yar’ afise vyose, n’ibimutunze vyose. Viz kapitola |