Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Nuko Yesu yicara hafi y’ico batorezamwo amashikanwa mu rusengero, araba ingene abantu bashiramwo amafaranga y’ishikanwa. Benshi mu batunzi batanga menshi.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Yicara yerekeye ku masandugu y’amahera, abona ingen’ ishengero rishikana amahera, bayaterera mur’ ayo masandugu: benshi b’abatunzi batereramwo menshi.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:41

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy