Mariko 12:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe40 Barya amazu y’abapfakazi bakabatwara ivyabo, kandi bakabandanya biyerekana nk’abantu beza mu gusenga amasengesho maremare. Ni co gituma bazohanwa kurusha abandi.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)40 Barya ingo z’abapfakazi, kandi basengesha menshi bahumba: abo bazocirwa urubanza ruruta izindi. Viz kapitola |