Mariko 12:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe38 Akiriko arigisha, Yesu avuga ati: “Mwirinde abigisha b’ivyagezwe. Bakunda kugendagenda bambaye amakanzu maremare y’icubahiro, no kuramutswa mu cubahiro mu makoraniro y’abantu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)38 Kand’ ababarira mu kwigisha kwiwe, ati Mwirinde abanyabgenge b’ivyanditswe, bakunda kugenda bambaye imvune, no kugirwako bgakeye mu tuguriro, Viz kapitola |