Mariko 12:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe37 None ko Dawidi ubwiwe amwita Umwami, yoba umwana wiwe gute?” Abantu benshi bari ngaho bamwumviriza buzuye umunezero. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)37 Dawidi kw ari we amwita Umwami, non’ ivyo kuba umwana wiwe vyavuye hehe? Abenshi mw ishengero banezererwa kumwumva. Viz kapitola |