Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Hanyuma, Yesu ariko arigisha mu rusengero, abaza ati: “Mbe ni kuki abigisha b’ivyanditswe bavuga ko Kristo ari umwana wa Dawidi?

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Kandi Yesu yigishiriza mu rusengero, arababaza, at’ Abanyabgenge b’ivyanditswe bavuga bate yuko Kristo ari mwene Dawidi?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:35

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy