Mariko 12:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 kandi ko dukwiye kuyikundisha imitima yacu yose, ubwenge bwacu bwose; n’inkomezi zacu zose, kandi tugakunda bagenzi bacu nk’uko twikunda. Ivyo birahambaye kurusha gushikanira Imana ayandi mashikanwa yose n’ibimazi vy’ibikoko.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 kandi kuyikundisha umutima wose, n’ugutahura kwose, n’inkomezi zose, bo n’ugukunda mugenzawe nk’uko wikunda, biruta cane ibimazi vyose vyoshejwe n’ibitoshejwe. Viz kapitola |