Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Wa mwigisha w’ivyagezwe arishura ati: “Mwigisha, wishuye neza cane! Ivyo uvuze ni ukuri; ko Imana ari imwe kandi ko ata yindi iriho kiretse yo yonyene;

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Uno munyabgenge w’ivyanditswe aramubgira, ati Ni koko, Mwigisha, uvuze ivy’ ukuri yukw ar’ Imwe, nta yindi, atari yo yonyene:

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:32

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy