Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Ku bijanye n’izuka ry’abapfuye, mbega Nta ho murasoma mu gitabu ca Mose, aho yandika ivy’igisaka caka kitarurumba? Handitswe ko Imana yamubwiye iti: ‘Ndi Imana ya Aburahamu, ya Isaka, n’iya Yakobo.’

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Arikw ivy’ abapfuye yuko bazurwa, nta ho murasoma mu gitabo ca Mose hamwe havuga ivy’ Igisaka c’amahwa, ingen’ Imana yamubgiye, iti Ni jewe Mana ya Aburahamu, Imana ya Isaka, Imana ya Yakobo?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:26

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy