Mariko 12:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Bibandanya uko, ku buryo ata muhungu n’umwe yamusigaranye abana. Maze mu nyuma wa mugore na we arapfa. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 bose ukw ar’ indwi ntibāsiga abana. Hanyuma ya bose, na wa mugore arapfa. Viz kapitola |