Mariko 12:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Rero, harigeze kuba abavukana indwi. Mukuru muri bo ararongora, ariko apfa atavyaye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Hābaye abavukana ndwi: uwa mbere ararongora, arapfa, ntiyasiga abana; Viz kapitola |