Mariko 12:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 “Mwigisha, Mose yaduhaye ivyagezwe bivuga ko iyo umuntu apfuye, agasiga umugore atagira abana, uwo bavukana ategerezwa kurongora uwo mupfakazi kugira ngo aronkere uruvyaro uwo yapfuye. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 bati Mwigisha, Mose yatwandikiye yuko mwene nyina w’umuntu ni yapfa, agasiga umugore wiwe, adasize umwana, mwene nyina akwiye gucūra uwo mugore, ngw ahonore mwene nyina. Viz kapitola |