Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Dukwiye kuritanga canke ntidukwiye kuritanga?” Ariko kuko Yesu yari azi uburyarya bwabo, arabishura ati: “Ni kuki muriko mugerageza kuntega umutego? Nzanira igiceri c’idenariyo ico ndaba.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Turitange, canke dusigeho? Maz’ amenye uburyarya bgabo arababaza, ati Mungereza iki? Ni munzanire idenariyo, ndayirābe.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:15

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy