Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Baza aho ari baramubaza bati: “Mwigisha, turazi ko uri umuntu w’imvugakuri. Wewe ntutinya igitsure c’abantu, kuko ntuterwa ubwoba n’igihagararo cabo, ahubwo wigisha inzira ihimbara Imana mu kuri kwose. None tubwire: Biremewe gutanga ikori turiha Kayisari canke ntivyemewe?

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Bāje baramubgira, bati Mwigisha, turazi yuk’ ur’ umunyakuri, kandi k’udatinya umuntu wese ku kigohe, kuk’ udatinya ijunja ry’abantu, ariko ko wigisha inzira y’Imana vy’ukuri. Mbega biremerwa gutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemerwa?

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:14

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy