Online Bible

- Reklamy -




Mariko 12:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Nuko abakuru b’abaherezi, abigisha b’ivyagezwe n’abakuru b’ubwo bwoko barondera ingene bomufata kuko bari batahuye ko ari bo yariko aravuga muri uwo mugani. Ariko barabitinya kubera abantu, baca bamusiga aho baragenda.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Barondera ingene bomufata, batinya abantu: kuko bamenye yukw ari bo yaciyek’ uwo mugani; bamusiga hano, baragenda.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 12:12

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy