Mariko 11:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nihagira uwubabaza ati: ‘Ivyo mukora ni ibiki?’ Mumwishure muti: ‘Umwami arayikeneye’ kandi aca ayibasubiza adatevye.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi ni hagira ūbabaza, at’ Ivyo mubikoreye iki? Mumwishure, muti Databuja ni we ayigomba. Uwo mwanya arayirungika ino. Viz kapitola |