Mariko 11:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze mubabarire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [ Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kandi ni mwahagarara musenga, ni haba har’ ico mupfa n’uwundi, mukimuharire, ngo So wo mw ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu: [ Viz kapitola |