Mariko 11:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Ni co gituma ndababwira ko ico muzosaba cose mu gusenga, mukwiye kwizera ko mwamaze kukironka, kandi Imana izokibaha. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ni co gitumye mbabgira yukw ivyo musenga canke musaba vyose, mwizere yuko mubihawe, kandi muzobibona. Viz kapitola |