Mariko 11:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yesu ashitse i Yerusalemu, yinjira mu rusengero atangura kwirukana abadandaza n’abariko baragura. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma, Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Bashika i Yerusalemu. Yinjira mu rusengero, atangura guhindira hanze abarudandarizamwo n’abaruguriramwo, ahenura ameza y’abāvunja amahera n’intebe z’abāriko baragurwakw inuma, Viz kapitola |