Mariko 10:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Yesu aravuga ati: “Igire, ukwizera kwawe kuragukijije.” Ubwo nyene aca arahumuka, akurikira Yesu. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Yesu arayibgira, ati Genda, ukwizera kwawe kuragukijije. Aca arahumūka, amukurikira ku nzira. Viz kapitola |