Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:46 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

46 Nuko Yesu n’abigishwa biwe bashika i Yeriko, hanyuma bava muri ico gisagara bari kumwe n’isinzi ry’abantu. I ruhande y’inzira hari impumyi yitwa Barutimayo, mwene Timayo, yari yicaye asegerereza.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

46 Nuko bashika i Yeriko: akivana i Yeriko n’abigishwa biwe n’ishengero ryinshi, mwene Timayo yitwa Barutimayo, umusēzi w’impumyi, yari yicaye i ruhande y’inzira.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:46

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy