Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:45 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

45 Kuko n’Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no gukorerwa, ahubwo yazanywe no gukorera abandi no gutanga ubuzima bwiwe ngo bube incungu ya benshi.”

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

45 Kuko na none Umwana w’umuntu atāzanywe no gukorerwa, atar’ ugukorera abandi, no gutanga ubugingo bgiwe kw incungu ya benshi.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:45

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy