Mariko 10:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Yesu aca arabahamagara bose ababwira ati: “Murazi ko abatware b’Abanyamahanga babatwaza umukazo, kandi ko ababaganza babacinyiza. Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 Yesu arabahamagara, arababgira, ati Murazi yukw abavugwa ko baganza amahanga bayatwaza amanyama, kandi n’abakuru bayo bayagirak’ ububasha. Viz kapitola |