Mariko 10:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Baramwishura bati: “Mose yaremeye ko umuntu ashobora guha umugore wiwe urwandiko rwemeza ko bahukanye hanyuma akamwirukana.” Viz kapitolaBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Baramwishura, bati Mose yemeye ko handikwa icete co kuvāvānura, akamwirukana. Viz kapitola |