Online Bible

- Reklamy -




Mariko 10:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 atazobishumbushwa incuro ijana muri iki gihe: inzu, abavukanyi, abavyeyi, abana n’amatongo, hamwe no guhamwa. Kandi mu gihe kizoza akazoronka ubugingo budashira.

Viz kapitola kopírovat

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 atazobishumbushwa ijana mur’ iki gihe ca none, amazu, na bene nyina, na bashiki biwe, na ba nyina, n’abana, n’itongo, bisukiranijwe no guhamwa, kandi mu gihe kizoza azohabga ubugingo budashira.

Viz kapitola kopírovat




Mariko 10:30

Následuj nás:

Reklamy


Reklamy